himnuszok száma: 203

Burundi himnusza

Burundi Bwâcu, Burundi buhire,
Shinga icùmu mu mashinga,
Gaba intahe y’ùbugabo ku bugingo.
Warápfunywe ntíwapfùye,
Waráhabishijwe ntíwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira.
Komerwamashyí n’ámakùngu,
Habwa impundu nâbâwe,
Isamírane mu mashinga, isamírane mu mashinga, 

Burundi bwâcu, rági ry’ábasôkùru,
Ramutswa intahe n’íbihùgu,
Ufatanije ishyaka n’ubù hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakùganza uwakùganza. 

Burundi bwâcu, nkóramùtima kurí twese,
Tugutuye amabóko, umítima n’ùbuzima,
Imâna yakùduhaye ikudùtungire.
Horana ubumwe n’ábagabo n’ítekane.
Sagwa n’ùrweze, sagwa n’ámahóro mezá.

Írta:
Jean-Baptiste Ntahokaja, 1962
Megzenésítette:
Marc Barengayabo, 1962
Hallgassa meg!